Kuvayo 18:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Buno nyene Musa yumviriza ijwi rya sebukwe, akora ivyo yari yavuze vyose+.