Kuvayo 19:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Inyuma y’ivyo abantu bose, ata n’umwe avuyemwo, bishura bati: “Ivyo Yehova avuze vyose turiteguriye kubikora+.” Buno nyene Musa asubirana amajambo yabo kwa Yehova+.
8 Inyuma y’ivyo abantu bose, ata n’umwe avuyemwo, bishura bati: “Ivyo Yehova avuze vyose turiteguriye kubikora+.” Buno nyene Musa asubirana amajambo yabo kwa Yehova+.