Guharura 9:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nuko ku musi wo gushinga itaberenakulo+, igicu gipfuka itaberenakulo y’ihema ry’Igishingantahe+, mugabo ku mugoroba icasa n’umuriro+ kiguma hejuru y’itaberenakulo gushika mu gitondo.
15 Nuko ku musi wo gushinga itaberenakulo+, igicu gipfuka itaberenakulo y’ihema ry’Igishingantahe+, mugabo ku mugoroba icasa n’umuriro+ kiguma hejuru y’itaberenakulo gushika mu gitondo.