Guharura 15:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 ‘Kaze kababere umubari w’ubuyonga, namwe muzokabona maze mwibuke amabwirizwa+ ya Yehova yose hanyuma muyashitse, kandi ntimuze mukurikire imitima yanyu n’amaso yanyu+, ivyo muriko murakurikira mu bushurashuzi+. Guharūra Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 15:39 Umunara w’Inderetsi,15/7/2011, rup. 12-1315/7/2003, rup. 13
39 ‘Kaze kababere umubari w’ubuyonga, namwe muzokabona maze mwibuke amabwirizwa+ ya Yehova yose hanyuma muyashitse, kandi ntimuze mukurikire imitima yanyu n’amaso yanyu+, ivyo muriko murakurikira mu bushurashuzi+.