Gusubira mu vyagezwe 3:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “Hanyuma ico gihe nyene ntegeka Yosuwa+, nti: ‘Amaso yawe aribonera ibintu vyose Yehova Imana yanyu yagiriye abo bami babiri. Ukwo nyene ni ko Yehova azogirira ubwami bwose uriko urajabuka ujamwo hariya+.
21 “Hanyuma ico gihe nyene ntegeka Yosuwa+, nti: ‘Amaso yawe aribonera ibintu vyose Yehova Imana yanyu yagiriye abo bami babiri. Ukwo nyene ni ko Yehova azogirira ubwami bwose uriko urajabuka ujamwo hariya+.