1 Samweli 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ariko Hana yariko avugira mu mutima wiwe+; iminwa yiwe ni yo gusa yakubita, ijwi ryiwe ntiryumvikane. Mugabo Eli amufata nk’uwaborewe+.
13 Ariko Hana yariko avugira mu mutima wiwe+; iminwa yiwe ni yo gusa yakubita, ijwi ryiwe ntiryumvikane. Mugabo Eli amufata nk’uwaborewe+.