1 Samweli 1:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Maze bavyuka kare mu gitondo, bakubita inkoro hasi imbere ya Yehova, hanyuma basubira inyuma, baja iwabo i Rama+. Nuko Elikana aryamana+ na Hana umugore wiwe, maze Yehova aramwibuka+. 1 Samweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 1:19 Umunara w’Inderetsi,15/3/2007, rup. 16
19 Maze bavyuka kare mu gitondo, bakubita inkoro hasi imbere ya Yehova, hanyuma basubira inyuma, baja iwabo i Rama+. Nuko Elikana aryamana+ na Hana umugore wiwe, maze Yehova aramwibuka+.