1 Samweli 1:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Elikana umugabo+ wiwe aca amubwira ati: “Kora ivyo ubona ko ari vyiza mu maso yawe+. Guma i muhira gushika ugacukije. Gusa, Yehova ashitse ijambo ryiwe+.” Nya mugore rero aguma i muhira, abandanya kwonsa umuhungu wiwe gushika amucukije+.
23 Elikana umugabo+ wiwe aca amubwira ati: “Kora ivyo ubona ko ari vyiza mu maso yawe+. Guma i muhira gushika ugacukije. Gusa, Yehova ashitse ijambo ryiwe+.” Nya mugore rero aguma i muhira, abandanya kwonsa umuhungu wiwe gushika amucukije+.