1 Samweli 1:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Hana aca avuga ati: “Ntunga mukama wanje! Ndahiye ukubaho kwawe+ mukama wanje, ndi wa mugore yari ahagararanye nawe muri iki kibanza kugira asenge Yehova+.
26 Hana aca avuga ati: “Ntunga mukama wanje! Ndahiye ukubaho kwawe+ mukama wanje, ndi wa mugore yari ahagararanye nawe muri iki kibanza kugira asenge Yehova+.