2 Ngoma 24:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Nayo ibijanye n’abahungu biwe n’amajambo menshi yamenyeshejwe kuri we+ be n’isanurwa+ ry’inzu y’Imana y’ukuri, ehe vyanditswe mu nsobanuro zo mu Gitabu+ c’Abami. Nuko Amaziya+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.
27 Nayo ibijanye n’abahungu biwe n’amajambo menshi yamenyeshejwe kuri we+ be n’isanurwa+ ry’inzu y’Imana y’ukuri, ehe vyanditswe mu nsobanuro zo mu Gitabu+ c’Abami. Nuko Amaziya+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.