Zaburi 94:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Iyo Yehova atamfasha+,Mu kanya isase ubuzima bwanje bwari guca buja kuba mu gacerere+.