Zaburi 119:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 Nzoduza ibiganza vyanje ndavyerekeza ku mabwirizwa yawe nakunze+,Kandi nzokwitwararika ingingo nyobozi zawe+. Zaburi Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 119:48 Umunara w’Inderetsi,1/10/2000, rup. 241/2/1999, rup. 8
48 Nzoduza ibiganza vyanje ndavyerekeza ku mabwirizwa yawe nakunze+,Kandi nzokwitwararika ingingo nyobozi zawe+.