Zaburi 119:129 Bibiliya y’isi nshasha 129 Ivyibutsa vyawe ni agatangaza+.Ni co gituma umutima wanje wavyubahirije+.