Zaburi 119:133 Bibiliya y’isi nshasha 133 Nushimangire intambuko zanje mw’ijambo ryawe+,Kandi ntihagire ikibi na kimwe ciganza kuri jewe+.