Zaburi 119:171 Bibiliya y’isi nshasha 171 Iminwa yanje nidudubize ishemezo+,Kuko unyigisha ingingo nyobozi zawe+.