Matayo 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ishoka iramaze+ gushirwa ku muzi w’ibiti; igiti cose rero kitama ivyamwa vyiza kibwirizwa gucibwa+ kigatererwa mu muriro+.
10 Ishoka iramaze+ gushirwa ku muzi w’ibiti; igiti cose rero kitama ivyamwa vyiza kibwirizwa gucibwa+ kigatererwa mu muriro+.