Ivyakozwe 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo Petero ahagurukana na bamwe cumi n’umwe+ hanyuma ashira ijwi hejuru, ababwira iri jambo ati: “Bagabo b’i Yudaya namwe mwese ababa i Yeruzalemu+, nimumenye ibi kandi mutege ugutwi amajambo yanje.
14 Mugabo Petero ahagurukana na bamwe cumi n’umwe+ hanyuma ashira ijwi hejuru, ababwira iri jambo ati: “Bagabo b’i Yudaya namwe mwese ababa i Yeruzalemu+, nimumenye ibi kandi mutege ugutwi amajambo yanje.