17 ngo: ‘“Kandi mu misi ya nyuma,” ni ko Imana ivuga, “nzosuka igice c’impwemu yanje+ ku bari n’umubiri b’ubwoko bwose, kandi abahungu banyu n’abakobwa banyu bazovuga ubuhanuzi, n’abasore banyu bazobona ivyo beretswe, n’abatama banyu bazorota indoto+;