Ivyakozwe 4:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Vyongeye, abantu indiri bari bemeye bari bahuje umutima n’inama+, kandi nta n’umwe yavuga yuko hari ico mu vyo atunze cari rwiwe; mugabo bari basangiye vyose+.
32 Vyongeye, abantu indiri bari bemeye bari bahuje umutima n’inama+, kandi nta n’umwe yavuga yuko hari ico mu vyo atunze cari rwiwe; mugabo bari basangiye vyose+.