1 Yohani 4:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Iki ni co tumenyerako yuko tuguma twunze ubumwe+ na yo, na yo ikaguma yunze ubumwe natwe+, kuko yaduhaye impwemu yayo+.
13 Iki ni co tumenyerako yuko tuguma twunze ubumwe+ na yo, na yo ikaguma yunze ubumwe natwe+, kuko yaduhaye impwemu yayo+.