Akajambo ko ku mpera
^ [1] (ingingo ya 7) Mu vyo Yezu yababwiye harimwo: (1) Kwamamaza ubutumwa bw’Ubwami. (2) Kubumbwa n’ibintu vy’umubiri Imana yobaronkeje. (3) Kwirinda kuja impari n’abo boganiriye. (4) Kwizigira Imana igihe hagize ababarwanya. (5) Kutagira ubwoba.