Akajambo k'epfo
c Mu bihe vya Bibiliya, ifubwa ry’ikiziga c’umuntu yapfuye cari igikorwa gihambaye cane. Ni co gituma ukudahambwa ryari ibara kandi kenshi na kenshi cari ikimenyamenya c’ukutemerwa n’Imana.—Yeremiya 25:32, 33.