Akajambo k'epfo
a Incabwenge mu vya Bibiliya yitwa Albert Barnes yavuze yuko ubuyobozi Yezu yatanze bw’uko umuntu ‘yobwira ishengero’ bushobora kuba bwasigura yuko yobwiye “abari barekuriwe kwicarira mwene ivyo bibazo, abo bakaba bari abaserukira ishengero, canke abakora ku bw’izina ry’abarigize. Mw’isinagogi y’Abayuda, hariho abakurambere baca imanza, akaba ari bo baturwa mwene izo manza”.