Akajambo k'epfo
a Nk’uko inyizamvugo y’uwitwa Vine (Expository Dictionary of New Testament Words) ibivuga, ijambo ry’ikigiriki ryahinduwe ngo “izina” rishobora kwerekeza ku “bintu vyose izina risobanura; ku bukuru, kuri kamere, ku kibanza umuntu afise, ku gitinyiro, ku bubasha, [be no] ku cubahiro”.