Akajambo k'epfo
b Umwami yarahaye Abayuda umusi ugira kabiri kugira ngo barangize gutsinda abansi babo. (Esiteri 9:12-14) Gushika n’uyu musi, Abayuda baracahimbaza iyo ntsinzi mu mpeshi uko umwaka utashe, ku musi mukuru witwa Purimu, iryo rikaba ari izina bawuhaye bafatiye kuri bwa bupfindo Hamani yaterera arondera gutikiza Isirayeli.