Akajambo k'epfo
b Yezebeli ashobora kuba yaratinye yuko uwo murima w’imizabibu wociye wegukira ba samuragwa ba Naboti, akaba ari co gituma yaciye ategura ivyo kwicisha abahungu ba Naboti. Nimba wipfuza kumenya igituma Imana ireka abantu bakarenganywa gutyo, raba ikiganiro kivuga ngo “Abasomyi bacu barabaza” kiri muri iki kinyamakuru.