Akajambo k'epfo
a Kera abasoda baritwaza inkinzo kugira bikingire icobagirira nabi. N’ukwizera kwacu kumeze nk’inkinzo. Kurya nyene abasoda babungabunga inkinzo zabo, ni ko na twebwe dukeneye kubungabunga ukwizera kwacu. Iki kiganiro kiratwereka ico twokora kugira ngo twiyemeze yuko ‘inkinzo yacu yagutse y’ukwizera’ imeze neza.