Akajambo k'epfo
a Yehova ntiyaduteye agateka ko kwamamaza gusa, ariko yaraduteye n’agateka ko kwigisha abandi kwubahiriza ibintu vyose Yezu yategetse. None ni igiki kituvyurira umutima wo kwigisha abandi? Ni intambamyi izihe zidushikira mu gikorwa co kwamamaza no guhindura abantu abigishwa? Vyongeye, twozitsinda gute? Iki kiganiro kirishura ivyo bibazo.