Akajambo k'epfo
a Yakobo yakuriye mu muryango umwe na Yezu. Yararusha abantu benshi b’ico gihe kumenya uwo Mwana w’Imana atunganye. Muri iki kiganiro, turaza kubona ivyo twokwigira ku buzima bw’uyo mutoyi wa Yezu no ku vyo yigishije, akaba yahavuye aba inkingi mw’ishengero rya gikirisu ryo mu kinjana ca mbere.