Akajambo k'epfo
b Muri iki kiganiro, Yakobo tumwita mwenewabo na Yezu. Mu bisanzwe Yakobo yari mwene nyina wa Yezu, kandi biboneka ko ari we yanditse igitabu co muri Bibiliya citwa Yakobo.