Akajambo k'epfo
a Abavyeyi bakirisu barakunda cane abana babo. Barita ku rutare kugira ngo babaronse ivyo bakenera ku mubiri be n’ibindi bituma bahimbarwa. N’igihambaye kuruta, abo bavyeyi barakora uko bashoboye kwose kugira ngo bafashe abana babo gukunda cane Yehova. Iki kiganiro, kiraca irya n’ino impanuro zine zo muri Bibiliya zofasha abavyeyi gushika kuri iyo ntumbero.