Akajambo k'epfo
a Bibiliya irahimiriza abakirisu kugamburukira abakuru bari hejuru, ni ukuvuga intwaro z’iyi si. Mugabo rero intwaro zimwezimwe zirarwanya ku mugaragaro Yehova n’abasavyi biwe. None twogamburukira gute abatware b’iyi si, ariko kandi tukaguma turi intahemuka kuri Yehova?