No. 3 Bibiliya yoba yogufasha kubaho neza? Ibirimwo Igitabu ca kera ariko gifasha ab’ubu Amagara meza Gutekana Ubucuti bwiza mu muryango be n’abagenzi Ingorane nke mu vy’ubutunzi Ubucuti bwiza n’Imana Igitabu cafashije benshi kuruta ibindi Muri iyi nomero: Bibiliya yoba yogufasha kubaho neza?