Ibiri mw’Ijambo ry’Imana (igw) Numenye ibiri mw’Ijambo ry’Imana Umutwe mukuru/Abagasohoye Numenye ibiri mw’Ijambo ry’Imana IKIBAZO CA 1 Ikibazo ca 1: Imana ni nde? IKIBAZO CA 2 Ikibazo ca 2: Ushobora gute kwiga ivyerekeye Imana? IKIBAZO CA 3 Ikibazo ca 3: Ni nde yanditse Bibiliya? IKIBAZO CA 4 Ikibazo ca 4: Bibiliya yoba ivuga ukuri mu vya siyansi? IKIBAZO CA 5 Ikibazo ca 5: Bibiliya irimwo ubutumwa ubuhe? IKIBAZO CA 6 Ikibazo ca 6: Ni ibiki Bibiliya yavuze imbere y’igihe ku bijanye na Mesiya? IKIBAZO CA 7 Ikibazo ca 7: Ni ibiki Bibiliya yavuze imbere y’igihe ku bijanye n’iki gihe cacu? IKIBAZO CA 8 Ikibazo ca 8: Imana yoba ari yo yobazwa imibabaro ishikira abantu? IKIBAZO CA 9 Ikibazo ca 9: Ni kubera iki abantu bashikirwa n’imibabaro? IKIBAZO CA 10 Ikibazo ca 10: Bibiliya isezerana iki ku bijanye na kazoza? IKIBAZO CA 11 Ikibazo ca 11: Iyo umuntu apfuye bimugendera gute? IKIBAZO CA 12 Ikibazo ca 12: Ni icizigiro ikihe dufise ku bapfuye? IKIBAZO CA 13 Ikibazo ca 13: Bibiliya ivuga iki ku bijanye no gukora? IKIBAZO CA 14 Ikibazo ca 14: Wokoresha gute amatungo yawe? IKIBAZO CA 15 Ikibazo ca 15: Woronka gute agahimbare? IKIBAZO CA 16 Ikibazo ca 16: Ushobora gute kwihanganira amaganya? IKIBAZO CA 17 Ikibazo ca 17: Bibiliya yoshobora gute gufasha umuryango wanyu? IKIBAZO CA 18 Ikibazo ca 18: Ushobora gute kwiyegereza Imana? IKIBAZO CA 19 Ikibazo ca 19: Ni ibiki biri mu bitabu bitandukanye vya Bibiliya? IKIBAZO CA 20 Ikibazo ca 20: Woshobora gute kwungukira cane ku busomyi bwawe bwa Bibiliya?