1 Myandagaro Ukwemera Ibintazi Ukuntu Kugira Ico Gukoze ku Buzima bw’Abantu Ubuzima Bwawe Bwoba Bugengwa n’Ukwemera Ibintazi? ‘Ijambo ry’Imana Rirafise Ububasha’ Nugamburukire Ubukuru bw’Imana Udahemuka “Ibitangaza vy’Imana” Bituma Tugira Ico Dukoze Yoga—Yoba Ari Ikarashishi Gusa Canke Harimwo n’Ibindi? Nisaziye Neza Kandi Ngeze mu Zabukuru Ibibazo vy’Abasomyi Ni Ryari Yehova Ahezagira Akigoro Gakomeye Tugira? Icigwa Dukura ku Gisīga Sarumfune Woha Ikaze Uwokugendera?