15 Mukakaro Twoba vy’ukuri dukeneye abandi? Igituma tutoshobora kuba banyamwigendako Uravye ingene yari ameze kera n’ingene ameze ubu, yararonse ububasha bwo guhinduka Woba ufise “agatima ko kurindira”? Dukwiye kubona abantu gute uko umusi wa Yehova wegereza? Niwiyumvire neza, ukore ivy’ubukerebutsi Ugariti—Igisagara ca kera cari ciziziwe n’ugusenga Bayali Ewuzebi “Yoba ari we mwanditsi wa mbere wa kahise ka Ekeleziya”? Impumurizo ku batakamba barondera gufashwa Woha ikaze uwokugendera?