15 Ndamukiza Ivyo Imana igomba vyoba biriko birakorwa? Igihe ivyo Imana igomba bizokorwa kw’isi Rebeka—umukenyezi w’umunyabikorwa yatinya Imana Abasavyi b’Imana bategerezwa gukunda kugira ubuntu Tubandanye kugaragaza ubuntu muri iyi si yuzuye ububisha Gushinga intahe akaryo kizanye muri Megizike mu cibare bavuga icongereza Woba uvyibuka? Ya mpinduro yitwa la Bible polyglotte Complutensis ni igikoresho kidasanzwe cafashije mu vy’ubuhinduzi Afashijwe na Bibiliya, yaratsinze inyosha mbi Woha ikaze uwokugendera?