15 Ruhuhuma Idini yoba ituma abantu bakora iciza canke ikibi? Idini yoba ari yo muzi w’ingorane z’abantu? Impumurizo ku bari mu marushwa Nugume udahumanye mu kurinda umutima wawe Niwirinde uruhendo Bagirira iteraniro “Hagati na hagati y’isi” “Wame urwana intambara nziza yo kwizera” Ibibazo vy’abasomyi Ni kubera iki Ivyabona vya Yehova baguma bakugendera? Woha ikaze uwokugendera?