1 Nyakanga Kuba intahemuka vyoba biri n’akamaro? Ivyiza biva ku kuba intahemuka Narihanganye nk’umusoda wa Kirisitu Gendana n’Imana muri ibi bihe bidurumbanye Tuzogendera mw’izina rya Yehova Imana yacu Abamenonite bararondeye ukuri kwa Bibiliya Ibibazo vy’abasomyi Reka “Ijambo” rya Yehova rikurinde Bibiliya y’ikidagi ya kera ikoresha izina ry’Imana Woha ikaze uwokugendera?