15 Gitugutu Ni inyigisho bwoko ki yotuma uroranirwa mu buzima? Niwungukire ku nyigisho nziza cane kuruta izindi Yehova nta ho azoguta Ubukirisu bukwiragira mu bayuda bo mu kinjana ca mbere Ijambo rya Yehova riratera imbere ryihuta cane mu “Gihugu c’inkukuma” Niwirinde kugira umutima w’ubwibone Nutsimbataze ukwicisha bugufi nyakuri “Abamanuka baja mu kiyaga bari mu mato” Woha ikaze uwokugendera?