15 Gitugutu Woba ukwiye kubaho wiyumvira ivy’uyu musi gusa? Nubeho witwararika kazoza Baratsinda ingorane kugira ngo batware inkuru nziza Genda werekeza ku muco “Amāto y’i Kitimu” aguma agira uruja n’uruza mu biyaga Twumvire ijwi rituvugiramwo Niwumvire ijwi ryawe ryo mu mutima Sirakuza—aho baruhukiye mu gihe c’urugendo rwa Paulo Tunezererwe “intsinzi biciye kuri wa Mwagazi” “Narakozwe ku mutima n’ukwumira kw’ibanga kwiwe gutangaje” Woha ikaze uwokugendera?