15 Gitugutu Ibirimwo “Ni nde yamenye umuzirikanyi wa Yehova?” Gume mubanza kurondera “ubugororotsi bw’imana” Yehova abona gute ivyo kwisigura? Woba uba uwa mbere mu vyo gutera iteka abo musangiye ukwemera? Woba ugira uruhara mu vyo gutuma amakoraniro ya gikirisu aba ayubaka? Nufashe abakiri bato kumenya ishirahamwe rya Yehova Nguma mfise vyinshi nkora mw’ishirahamwe rya Yehova “Karamfasha gushikira imitima y’abantu”