1 Gitugutu Ibirimwo Igiturire gikwiragiye ukungana iki? Kubera iki igiturire kidahera? Kuba inzirabugunge mw’isi yuzuye igiturire, vyoba bishoboka? Igiturire kizohera! Ububasha Ijambo ry’Imana ryagize ku muryango w’abahindu Ikiyago Icabona ca Yehova agirana n’uwo abwira inkuru nziza Wari ubizi? Niwige Ijambo ry’Imana Woba ushobora kubaho ibihe bidahera? Niwiyegereze Imana ‘Umwe wa kera mu misi aricara’ Niwigane ukwizera kwabo “Umugore w’agahebuza” Abasomyi bacu barabaza . . . Kwubaka vyoba ari vyo bituma umuntu agira agahimbare? Bibiliya irahindura ubuzima bw’abantu Ku bw’urwaruka Nturondere kuba agakomeye! Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri Woha ikaze uwokugendera?