ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Umuriro Udahera Uriho Koko?
    Urashobora Kubaho Ibihe Bidashira mw Iparadizo ngaha kw Isi
    • 6 N’abagororotsi na bo nyene baja muri Sheol. Turabe ivyashikiye Yobu, wa musavyi w’Imana rurangiranwa. Igihe yari aseserejwe n’ibihute, yambaje Imana avuga ati: “Icompa ukampisha i kuzimu, . . . ukanshingira igihe, kandi ukazonyibuka!” (Yobu 14:13) Iyumvīre! Muri Sheol ni haba hariyo umuriro, Yobu yari kwipfuza guhishwayo gushika aho Imana izomwibukira? Mu mvugo itomoye, Yobu yipfuza gupfa, akaja mu mva kugira ngo aruhuke.

  • Umuriro Udahera Uriho Koko?
    Urashobora Kubaho Ibihe Bidashira mw Iparadizo ngaha kw Isi
    • 10 Car tu n’abandonneras pas mon

      âme au Schéol.

      Tu ne permettras pas que ton

      fidèle voie la fosse.

      Actes 2:31

      31 il a vu d’avance la résurrection

      du Christ et en a parlé, [disant]

      qu’il n’a pas été abandonné à l’Ha-

      dès et que sa chair non plus n’a pas

      vu la corruption.

      [Ifoto ku rup. 84, 85]

      Ni kuki Yona amaze kumirwa n’ikimizi yavuze ngo ‘nāmbaje ndi mu nda y’i kuzimu’

      [Ifoto ku rup. 86]

      Gehinomu wari umwonga wari inyuma y’uruzitiro rw’i Yeruzalemu. Wagereranije urupfu rw’akagirīre

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika