Kuvayo 14:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Maze umumarayika+ w’Imana y’ukuri yagendera imbere y’ikambi ya Isirayeli arahava, aja inyuma yabo, ya nkingi y’igicu na yo iva imbere yabo, ihagarara inyuma yabo+.
19 Maze umumarayika+ w’Imana y’ukuri yagendera imbere y’ikambi ya Isirayeli arahava, aja inyuma yabo, ya nkingi y’igicu na yo iva imbere yabo, ihagarara inyuma yabo+.