ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 9:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ni co gituma Yehova atazonezerwa n’imisore yabo+, kandi ntazogirira imbabazi impfuvyi* zabo n’abapfakazi babo; kuko bose ari abahuni+ n’inkozi z’ikibi, kandi akanwa kose kakaba kavuga ivy’ubwenge buke. Kubera ivyo vyose, ishavu ryiwe ntiryasubiye inyuma, mugabo ukuboko kwiwe kuracabanguye+.

  • Yesaya 10:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Nzomutuma kurwanya ihanga ry’irihuni+, kandi nzomuha itegeko ryo kurwanya igisata c’uburake bwanje+, kugira atware isahu ryinshi, atware n’iminyago myinshi, no kugira ahagire ahantu ho guhonyangwa nk’ibumba ryo mu mabarabara+.

  • Yesaya 32:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 kuko umuntu w’imburabwenge azovuga gusa ibitagiramwo ubwenge+, kandi umutima wiwe uzokora ibintu bibabaza+, ku bwo gukora ivy’ubuhuni+ no kuvuga kuri Yehova ibigoramye, ku bwo gutuma inda y’uwushonje isigara igaragara+; kandi atuma n’uwunyotewe abura ico anywa.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika