Yeremiya 50:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kandi nzogarukana Isirayeli mw’itongo ry’uburagiriro ryiwe+, na we azorisha koko kuri Karumeli+ no kuri Bashani+; mu karere k’imisozi ka Efurayimu+ n’aka Gileyadi+, azohaga.’”
19 Kandi nzogarukana Isirayeli mw’itongo ry’uburagiriro ryiwe+, na we azorisha koko kuri Karumeli+ no kuri Bashani+; mu karere k’imisozi ka Efurayimu+ n’aka Gileyadi+, azohaga.’”