Yesaya 44:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nayo umukorogoshozi w’icuma akoresha umuhoro, yakoze ico gikorwa ku makara; agihingura n’inyundo, akaguma akora ico gikorwa n’ukuboko kwiwe kw’inguvu+. Vyongeye, arashonje, nta nguvu agira. Ntiyanyoye amazi; bituma aruha. Yesaya 46:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Hariho abazana ku bwinshi inzahabu bayikuye mw’isaho, bagapima ifeza hakoreshejwe igiti c’umunzane. Bahēra uwukora ivy’ivyuma, akabikoramwo imana+. Barakubita inkoro hasi, egome, barunama+.
12 Nayo umukorogoshozi w’icuma akoresha umuhoro, yakoze ico gikorwa ku makara; agihingura n’inyundo, akaguma akora ico gikorwa n’ukuboko kwiwe kw’inguvu+. Vyongeye, arashonje, nta nguvu agira. Ntiyanyoye amazi; bituma aruha.
6 Hariho abazana ku bwinshi inzahabu bayikuye mw’isaho, bagapima ifeza hakoreshejwe igiti c’umunzane. Bahēra uwukora ivy’ivyuma, akabikoramwo imana+. Barakubita inkoro hasi, egome, barunama+.