ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 11:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kandi aba basavyi bawe bose bazomanuka koko aho ndi bakubite inkoro hasi imbere yanje+, bavuga bati: ‘Genda, wewe n’abantu bose bagukurikira*.’ Inyuma y’ivyo nanje nzosohoka.” Nuko arasohoka, ava kwa Farawo yarunguriye n’ishavu.

  • Zaburi 86:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Nkorera ikimenyetso cerekana ukumera neza kwawe,

      Kugira ngo abanyanka babibone, bamaramare+.

      Kuko wewe ubwawe, ewe Yehova, wantabaye, ukampoza+.

  • Yesaya 45:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 ruti: ‘Ni ukuri, muri Yehova hari ubugororotsi bwuzuye be n’inkomezi+. Abamurungurira bose bazoza bamutumbereye, bamaramare+.

  • Ivyahishuwe 3:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Ehe nzotanga abo mw’isinagogi ya Shetani bavuga ko ari Abayuda+ yamara atari bo, ahubwo babesha+—⁠ehe nzotuma baza bikubite+ imbere y’ibirenge vyawe nongere ndabamenyeshe yuko nagukunze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika