ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 43:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Amahanga yose nakoranire hamwe mu kibanza kimwe, n’imiryango y’amahanga nikoranire hamwe+. Muri bo ni nde ashobora kubivuga+? Canke, mbega botwumvisha ivya mbere+? Nibazane ivyabona vyabo+, kugira bitwe abagororotsi, canke na ho bumve maze bavuge bati: ‘Ni ukuri+!’”

  • Yesaya 44:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ni nde ameze nkanje+? Nasemerere, kugira abihishure, abinshikirize+. Kuva igihe nagena abantu bo mu gihe ca kera+, ibigira bize be n’ibizoshika nibabihishure bo ubwabo.

  • Yesaya 45:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Nimushikirize raporo yanyu n’ivyiyumviro vyanyu+. Egome, nibaje inama mu bumwe. Ni nde yavyumvikanishije kuva kera+? Ni nde yabimenyesheje kuva ico gihe+? Mbega si jewe Yehova, umwe ata yindi Mana iriho atari we+, Imana igororotse n’Umukiza+, akaba ata wundi ariho kiretse jewe+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika